فیلم و انیمیشن

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

•Burundian Movies and Talents (BMT mumpfunyapfunyo) niwo watunganije iresi INTORE NTINDI
Intumbero yambere yiyi reresi ni yoguhimiriza abantu bafise ubushobozi baba m’uburundi no mumahanga kugarukira kubwoko bwab'asangwabutaka bomuntara zose zigize igihugu cacu,na cane cane kubaronsa ubuhinga n’ubumenyi vyofasha guhingura neza ibijanye nimyuga yabo kavukire.

•Iyi rersi ihimiriza abanyamitahe ni gihugu cacu eka nababa hanze yigihugu kugarukira kubuhinga no kwiterambere ryabasangwabutaka. kandi ko bakwiye kubaronsa abahinga bashoboye kubungura ubwenge noguteza imbere izo mpano kugira

•Igice ca mbere c’iyi reresi kirangira twerekanye uburyo hotorwa umuti mwiterambere ryabasangwa butaka hifashishijwe impano bafise.

•Igice ca kabiri c’iyi reresi naco gihagaze kungo nimiryango aho ushobora gusanga ingo nyishi zisambuka kubara akantu gato kandi abantu bakunze kwita ibisanzwe. Akokabazo karakura kakavyara ibindi bibazo bikomeye bikaviramwo gusambuka kwingo.

•Abubakanye bari bakwiye kwama basuzuma utugorane duto duto bakaturwanya bakitubona kugira bikingire, bongere bakingire ingo zabo.

•Dufise icizere gikomeye cuko iyi reresi izoshika kure .

twitezeko hazoba ihinduka rikomeye mwiterambere ry’imiryango yabatwa. No guhinduka kwimiryango isanzwe ifise ibibazo bisa nivyo twashoboye kwigisha muriyi reresi.

FILM:INTÕRE NTĪNDI
DIRECTED:Amédée MANIRAKIZA
ASS:DIERECTED: Fiston HARAGIRAMUNGU
CAMERA:XRAY BAMU
EDITOR:NIJI PRO
PRODUCER:Amédée MANIRAKIZA
Contact: Email:bmtarcal@gmail.com
Facebook:BMT Buja
Téléphon:+257 76604015
+257 79265874

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

PARADIZO mbega Niki? Birazwi neza yuko PARADIZO ari ijambo risigura ikintu ciza, akarorero ngo URUGO RWIZA NI PARADIZO. None nigute urugo rwoba PARADIZO? urashaka kumenya vyinshi kubijanye na film PARADIZO? Kaze mukurikirane iyi reresi mwirabire urugero abarundi bagezeko mugutegura amareresi.

Ntiwibagire gufyonda kuri SUBSCRIBE,NOTIFICATION,SHARE,LIKE,COMENT kuri youtube channel yacu Nduwayo Abel

For more info:
E_mail: nduwayoabel1@gmail.com
Whatsapp Number :+257 75 41 02 98

#PARADIZOFILM #SUBSCRIBE #NduwayoAbel

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

FULL MOVIE// MATIRIDA// STARING MR SAMMY CIZA ANITHA BURUNDI RWANDA TANZANIA FILM NZIZA IBABAJE PEE

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

#Thetruth #Ukuri🎬 Murukundo biba vyiza iyo mubwizanije Ukuri.
Murugo iyo atakuri kuhabaye urugo rurasenyuka.

Twige kwama twavuze #ukuri

The Truth part1, Part 2 very Soon 🎬

#62Julyfilms #burundianmovie

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hano
https://youtube.com/@Iseke257



© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS)



#abel #Rwandanmusic #Mwanafunzi
#iseke films
#Isekefilms
#Mr Sammy Officiel
#Fanny lavine
#Rukundo tv
#Mugisha
#Nsoro the hero
#Inkingi tv
#Inkinzo tv
#Mashariki tv
#Afrimax tv
#abel
#Abel nduwayo
#Ihuriro tv
#Erico tv
#bollywood
#Burwood tv
#Diamond
#Gasikiri
#Nyaxo Comedy
#Pattyno Comedy
#Shema pattyno
#Comeback
#Gasore
#Freefire
#Fresh tv
#Rukundo news
#Brenda
#Rocky kirabiranya
#Mwanafunzi
#Agasobanuye
#Film
#Burundi
#Burundinews
#NARIHUSE SÉRIE
#Rwanda
#Rwandagospel
#Rwandanmusic
#RWANDA documentaire
#Rwandacomedy
#Rwanda Films
#Burundian films
#tanzanianmusic
#Tanzania FILMS
#urugendotv
#dontforcelove
#don'tforcelove

Giftmajesty
0 بازدیدها · پیش 5 روزها

iyi film kunkuru y'umukobwa yahuye n'ikibazo co kubura abavyeyi munyuma agafata ingingo itabereye yogushaka ama faranga kungu.

turabona kandi umusore wo muri Diaspora ya kenya yifuza gushinga urugo ariko agashakira umugore m'uburundi ariko vyaragoranye kuronka uwo yo kubakana nawe.

iyi nkuru iriganjemwo abantu bahemukira abandi kubera inyungu runaka bakeneye,

kwirikirana iyinkuru nawe ihimbarwe ninyigisho iyirimwo.
#NDAHAZI #movie
Producer : @gnfilms8582
Production : @BMTBuja
Written : Sabbas NKURUNZIZA
Director : Amédée MANIRAKIZA
Ass Director : Fiston HARAGIRAMUNGU
D.O.P : @xraybam
Edite : NIJI pro




Showing 3 out of 3