watermark logo

Tiếp theo

4K Full Movie - FEAR WOMEN 4 - King Sabbas | Fanny Lavine | Mimi Mireille | Abel Nduwayo | John K-ay

0 Lượt xem· 06/11/25
Giftmajesty
Giftmajesty
Người đăng ký
0

4K Full Movie - FEAR WOMEN 4 - King Sabbas | Fanny Lavine | Mimi Mireille | Abel Nduwayo | John K-ay

Fear Women Part 1, John K-ay yarakundanye na Kanyana, Hanyuma amutega umutego arabe ko amukunda. Aca asanga ntamukunda ahubwo, yakunda amafaranga gusa.

Muri FEAR WOMEN 2, John K-ay akundanye na Fanny ariko aciye ahura ningorane zirenze. Abansi biwe bose, Abakunzi biwe bose, aba EX canke abo bigeze gukundana bose, nabo yigeze gutwara abagore bose arabikeka!! Intambara ikaba itanguye!

Fear Woemen 3, John K-ay asigurira ubuzima yabayemwo bugoye kandi bubabaza, Nabagenzi yagiye akorera inabi. Atwara abagore. akaba yibaza yuko barimwo mubashobora kumugirira nabi.

Fear Women 4 : Alex afatwa na Police yagirizwa kuba inkozi yikibi, Niho aca asohora amabanga yabuzima yabayemwo na Fanny.

#MerryChristmas #thelightofafrica #Trending1Burundi

Cho xem nhiều hơn

 0 Bình luận sort   Sắp xếp theo


Bình luận trên Facebook

Tiếp theo