watermark logo

Susunod

URUGENDO FILM|BURUNDIAN FULLMOVIE 2020|EAST AFRICA MOVIES|BURUNDI,RWANDA,TANZANIA,UGANDA,KENYA

0 Mga view· 06/11/25
Giftmajesty
Giftmajesty
Mga subscriber
0

URUGENDO ni ireresi y'Umurwi 3FA FILMS ikaba yateguwe yongera itunganywa na FANNY LAVINE. Muncamake Film URUGENDO ivuga kubuzima tubayemwo hano kwisi aho tugenda duhura nibibazo bitandukanye ariko ivyo bibazo Ducamwo bikaba bituruka kumpwemu mbi zigenda zidukurikira. Woba ushaka kumenya vyinshi kubijanye na Film URUGENDO? nigute twonesha impwemu mbi zituma tudashikira amasezerano yacu? kurikirana film URUGENDO kandi uyisangize nabandi kugirango bashobore kubona uko Ubuzima ari URUGENDO rwibibazo bitandukanye. directed by HAPPY RIVER in FOCUS VISION PRODUCTIONS.

Ntimwibagire kugira SUBSCRIBE kuri youtube yacu ya 3FA FILMS,SHARE AND COMMENT kugirango muzoshobore kubona iyi film hamwe nibindi vyinshi bizokurikira.

IMANA IBAHEZAGIRE YONGERE IBANE NAMWE MUNGENDO ZANYU ZOSE. Murakoze cane.

For more info:
E_mail: fannyuwimana431@gmail.com
Fcebook: Fanny Lavine Official

All right reserved by 3FA FILMS

#URUGENDO #3FAFILMS #SUBSCRIBE

Magpakita ng higit pa

 0 Mga komento sort   Pagbukud-bukurin Ayon


Mga Komento sa Facebook

Susunod